King Yann Cool Talk show
King Yann Cool Talk show
king Yann Cool
King Yann cool Talkshow n'ikiganiro kizoza kibazanira abarundi bariko barakora, bashobora kugira ico bunguye abarundi bagenzi babo biciye mu nyigisho z'ivyo baciyemwo
DJ Jackson Ati Abaririmvyi binjiza kuri Spotify ngo baharurwa ku ntoke
#Dj_Jackson​ mu kiyago yagiranye na King Yann Cool yamenyesheje ko abarundi bishobora kubagora gukoresha Spotify, kuko Ari nka hamwe itoba yabiyumviriyeko bihagije, ngo nciyaho ashobora kutaronka uburyo bwo kuriha kuri urwo rubuga.
Mar 10, 2021
14 min
DJ Pro ati Spotify twayinjizako intica ntikize ariko tugiye kuhatorera akoyoko
#Dj_pro​ ati abaririmvyi twababwiye kuva kera ngo bashire Indirimbo zabo ku mbuga zigurisha umuziki.  umuzo wa #Spotify​ nawo  uzotuma turonka abadukurikirana benshi Bari muri Africa y'ubuseruko kuko tuhafise abakunzi benshi, tubone kwongereza ayo twaronka kuko ayo twahakura yari intica ntinkize.
Mar 10, 2021
8 min
Monna Walda Ararahiye ko atari umu Video Queen, nayo B Face ngo nta wuzi ico bari barayaze
Muri ino Episode tugaruka ku Kibazo kigize imisi kiriko gica ku mbuga ngurukamabumenyi Aho abenshi bagiriza Monna Walda kutubaha R Flow mu kutamwishura message yari yamwandikiye kuri Instagram amusaba ko yoba umu queen Video muri imwe mu ndirimbo ziwe.  R flow ivyo yari yabishikirije mu Kiganiro yagiranye na Hosy Irakoze kuri Siren Vibe.  Kanzie rero akaba aheruka gushikiriza ko atari queen Video Kandi ko kuba yaragiye muri Videonkwa B Face vyavuye mu biyago bikomeye bagiranye. Tukaba tugaruka kuri ayo mabanga abantu batamenye.  Ushobora kudukurikirana kuri Instagram(KING YANN COOL), Facebook(KING YANN COOL), Twitter(KING YANN COOL), kuri Whatsapp(+250780713977) canke ukatwandikira kuri Mail yacu [email protected]
Feb 11, 2021
16 min
Michou Miracle ngo benshi nta bikoresho bafise, baratira
Mu kiganiro na Michou Miracle, twagarutse kumvo zamutumye asubira muri Siren Vibe, akabirya asubiranyeyo n'ico anegura aho yigeze guca hose. Twanashatse kumenya uko bihagaze ku bijanye n'ibikoresho, muri rusangi muma webtv i Burundi. Vyose yabitwishuye, umviriza nawe ikiganiro. Ufise ico umbaza ushobora kutwandikira kuri whatsapp https://wa.me/250780713977
Oct 19, 2020
14 min